BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Kubera iki abakristu bamwe badahimbaza Noweli?
Nubwo abantu bemera ko Yezu yabayeho nk’umuntu muri kahise, baremera ariko ko itariki yavukiyeko itazwi neza. Nta nyandiko canke icanditswe ca kera kivuga umusi wiwe w'amavuko kandi itariki 25 Kigarama yafatiwe ku vyo bari basanzwe bahimbaza mu migirwa ya kera.
Hafi 40 baguye mw'isanganya ry'indege muri Kazakhstan
Hafi 30 mu bari mu ndege barokotse iryo sanganya ryabereye hafi y'igisagara ca Aktau mu burengero bwa Kazakhstan.
Igitero cy'Uburusiya muri Ukraine kuri Noheli 'ntikigira ubumuntu' – Zelensky
Perezida wa Ukraine avuga ko Uburusiya bwarashe misile zirenga 70 hamwe na 'drone' zirenga 100, mu gihe Abanya-Ukraine babarirwa muri za miliyoni bizihiza umunsi mukuru wa Noheli.
Mozambique: Umukuru w'abatavuga rumwe n'ubutegetsi yasezeranyije kwishyiraho nka perezida
Venâncio Mondlane yanze kwemera ko yatsinzwe mu matora, mu gihe imvururu zirimo kwiyongera muri iki gihugu cyo muri Afurika y'amajyepfo.
Brezil yugaye ahubakwa uruganda rw'Ubushinwa ku gufata abakozi nk'abaja
Abakozi barenga 160 batabawe bavanwa kuri urwo ruganda rw'imiduga , ku bw' abashikirizamanza.
Video, Video: Amando umukinyi nserukiragihugu w'Uburundi w'abagendana ubumuga mu mupira w'amaguru, Umwanya bimara 3,54
Muhimbare Amando, umusore w'imyaka 23, akina mu mugwi nserukiragihugu w'umupira w'amaguru mu Burundi kuva mu 2023.
Umugore wa Besigye apfunzwe ariyamiriza ingingo yo kubuza kugendera impfungwa kuri Noweli
Abategetsi bavuga ko ku mvo z'umutekano impfungwa zitemerewe kubonana n'ababo muri kino gihe c'imisi mikuru irangiza umwaka.
Video, Menya Antoine Habineza, Umunyarwanda avuga indimi zirenga 20, Umwanya bimara 2,09
Ubumenyi bw'indimi bufasha vyinshi birimwo kuzamura ubundi bumenyi no kworoherwa kuganira wumvikana n'abantu b'imihingo itandukanye y'isi. Ariko wari bwumve umuntu avuga indimi zirenga 20? Antoine Habineza aramaze kubigerako.
Ingene ikigendajuru Parker Solar Probe ca Nasa kiriko kigerageza kwegera cane hafi y'izuba
Abahinga bizeye ko ubu bushakashatsi bushobora gufasha gutahura neza ingene Izuba rikora.
Mozambique: Umwanzuro w'urukiko wateje indi myigaragambyo ku byavuye mu matora
Daniel Chapo w'ishyaka riri ku butegetsi yemejwe ko ari we watsinze amatora ya perezida yateje impaka.
Aborozi b'inka muri Komine Gihanga barigina intambwe bagezeko
Aborozi bamaze kuronswa inka mu mugambi leta y'Uburundi ifashanyamwo n'amashirahamwe yo kugwiza umwimbu, muri Komine Gihanga, bavuga ko biriko birabahindurira ubuzima.
I Bujumbura Tshisekedi na Ndayishimiye baganiriye ku 'bufatanye n'umutekano'
Ibiro bya Perezida Tshisekedi bivuga ko ibiganiro byabo byamaze hafi amasaha abiri, muri urwo "ruzinduko rw'ubucuti" rw'ejo ku cyumweru.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Umunya-Nigeria yemerewe ikigongwe amaze imyaka 10 arindiriye kunyongwa kubera kwiba inkoko
Ico gihano cari ciyamirijwe cane muri Nigeria - kuva ico gihe umuryango wiwe wari umaze imyaka usaba ko yorekurwa.
'Cab-La si umuti wo kuvura SIDA, si n'urucanco, ahubwo uzibira ubwandu bwa HIV' – Dr Ikuzo wo mu Rwanda
Umuti Cabotegravir utangwa mu rushinge rimwe mu mezi abiri, uherutse kuvugwa ko washitse mu Rwanda, umuhinga aragabisha abantu ko batowitiranya n'urucanco.
Virusi ya Marburg ntikirangwa mu Rwanda – inzego z'ubuzima
Aho yatangazaga ugutsindwa kwa virusi ya Marburg, Minisitiri w'ubuzima Dr Sabin Nsanzimana yavuze ko hari hashize iminsi 42 yikurikiranya nta murwayi mushya ugaragaye.
Sudani yasabye Uganda gusaba imbabazi ku magambo y'umugaba w'ingabo 'ateje akaga'
Bibaye mu gihe DRC na yo yahamagaje uhagarariye Uganda imusaba ibisobanuro bya leta ya Uganda ku magambo ya Kainerugaba kuri Perezida Tshisekedi.
Tshisekedi yakoze impinduka zikomeye mu buyobozi bukuru bw'ingabo
Izi mpinduka za mbere zikomeye mu gisirikare cya DRC kuva mu mwaka wa 2022, zibaye mu gihe amakuru avuga ko umutwe w'inyeshyamba wa M23 wafashe ibice byinshi muri teritwari ya Lubero.
Uhagarariye Uganda muri RDC yasabwe 'ibisobanuro' ku magambo y'umugaba w'ingabo
Ubu si ubwa mbere leta ya Uganda isabwe ibisobanuro nyuma yuko Jenerali Muhoozi Kainerugaba avuze ku mugaragaro ku gihugu cy'amahanga.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Video
Ibiganiro bya radiyo
Imikino
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango