Ubudagi
Appearance
Ubudagi ni igihugu kimwe mubihugu vyinshi bigize umugabane w'Uburaya.
Berlin ni umurwa mukuru wiki gihugu.
Ubudagi kikaba arico gihugu cambere ca koronije uburundi guhera mu mwaka w'igihumbi kimwe n'amajana umunani na mirongo umunani na kane ushira umwaka w'igihumbi kimwe n'amajana umunani na mirongo umunani na gatanu (1884-1885), aho ubudagi bwari buronse Uburundi, Urwanda hamwe na Tanganyika ( Ubu yitwa Tansaniya).
Uburinganire: ibirometero kwadarato ibihumbi amajana atatu na mirongo itanu n'indwi n'amajana atatu na mirongo umunani na bitandatu 357.386
Abanyagihugu: 83.149.300 (2019)
Ukurundana: Abantu 233 ku kirometero kwadarato
Icitiro: Umudagi, umudagikazi.