Ubudagi: Ubutandukane hagati y'isubirwamwo
Kwongerako Amaparati: Visual edit Mobile edit Mobile web edit |
Gushirako utuzitizo Amaparati: Visual edit Mobile edit Mobile web edit |
||
(Isubirwamwo 7 muri rusangi n'uwukoresha umwe ntizerekanwe) | |||
Umurongo 9: | Umurongo 9: | ||
Uburinganire: ibirometero kwadarato ibihumbi amajana atatu na mirongo itanu n'indwi n'amajana atatu na mirongo umunani na bitandatu (357.386km²) |
Uburinganire: ibirometero kwadarato ibihumbi amajana atatu na mirongo itanu n'indwi n'amajana atatu na mirongo umunani na bitandatu (357.386km²) |
||
Abanyagihugu: imiliyoni mirongo umunani na zitatu n'ibihumbi ijana na mirongo ine n'icenda n'amajana atatu (83.149. |
Abanyagihugu: imiliyoni mirongo umunani na zitatu n'ibihumbi ijana na mirongo ine n'icenda n'amajana atatu (83.149.300hab) mumwaka w'ibihumbi bibiri na cumi n'icenda (2019) |
||
Ukurundana: Abantu |
Ukurundana: Abantu amajana abiri na mirongo itatu na batatu ku kirometero kwadarato (233/km²). |
||
Icitiro: Umudagi, umudagikazi. |
Icitiro: Umudagi, umudagikazi. |
Isubirwamwo ryanyuma ryo kuwa 13:44, 18 Mukakaro 2024
Ubudagi ni igihugu kimwe mubihugu vyinshi bigize umugabane w'Uburaya.
Berlin ni umurwa mukuru wiki gihugu.
Ubudagi kikaba arico gihugu cambere ca koronije uburundi guhera mu mwaka w'igihumbi kimwe n'amajana umunani na mirongo umunani na kane ushira umwaka w'igihumbi kimwe n'amajana umunani na mirongo umunani na gatanu (1884-1885), aho ubudagi bwari buronse Uburundi, Urwanda hamwe na Tanganyika ( Ubu yitwa Tansaniya).
Uburinganire: ibirometero kwadarato ibihumbi amajana atatu na mirongo itanu n'indwi n'amajana atatu na mirongo umunani na bitandatu (357.386km²)
Abanyagihugu: imiliyoni mirongo umunani na zitatu n'ibihumbi ijana na mirongo ine n'icenda n'amajana atatu (83.149.300hab) mumwaka w'ibihumbi bibiri na cumi n'icenda (2019)
Ukurundana: Abantu amajana abiri na mirongo itatu na batatu ku kirometero kwadarato (233/km²).
Icitiro: Umudagi, umudagikazi.